score float32 1.04 1.25 ⌀ | Kinyarwanda stringlengths 9 499 ⌀ | Rundi stringlengths 9 499 |
|---|---|---|
1.249999 | Ni iki Mose yakoze igihe yari ageze mu kigero cy'imyaka 40? | Musa yakoze iki igihe yari afise imyaka 40? |
1.249909 | Ntitwaremwe se n'Imana imwe? | Ntitwaremwe twese n'Imana imwe nsa ? |
1.249909 | Abigishwa be baramusubiza bati "Imigati ihagije aba bantu bangana batya umuntu yayikura he muri ubu butayu?" | Abigishwa biwe bamwishura bati: "Muri aka gahinga, umuntu yokura hehe imikate ibamaze inzara?" |
1.249899 | Ubu mfite imyaka 96 kandi ndi umukozi w'itorero. | Ubu mfise imyaka 96, kandi ndi umukozi w'ishengero. |
1.249871 | Ibintu bibi tubona ku isi, byatangiye igihe Satani yabeshyaga bwa mbere. | Ikibi catanguye kw'isi igihe Shetani yavuga ikinyoma ca mbere. |
1.249862 | Ibibazo: Kuki Samusoni yari afite imbaraga nyinshi? | Ibibazo: Kubera iki Samusoni yari akomeye cane? |
1.24986 | 16 Tekereza uko witwara iyo ugeze mu mimerere igoye. | 16 Iyumvire ukuntu uvyifatamwo mu bihe bitoroshe. |
1.249844 | Yaravuze ati "mu nzu ya Data harimo imyanya myinshi. . . . | Ababwira ati: "Mu nzu ya Dawe hariho aho kuba henshi. . . . |
1.249837 | Abo bahuje inama baha ya nyamaswa imbaraga zabo n'ubutware bwabo. | Abo bahuza inama baha ca gikoko ububasha bwabo n'ubutware bwabo. |
1.249836 | Idini ry'ukuri rituma abantu bunga ubumwe | Idini ry'ukuri ririko riratuma abantu bahurikira hamwe |
1.249811 | Nuko basubira i Yerusalemu kumushakirayo. | Bamubuze, basubira i Yeruzalemu bamushaka. |
1.249807 | Abavuga batyo baba berekana ko bashaka gakondo. | Na bo abavuga batyo baba berekana yuko bariko bararondera igihugu cabo bwite. |
1.249801 | Arababwira ati "Koko nabonaga Sekibi ahanuka ku ijuru nk'umurabyo. | Ababwira ati: "Nabonye shetani ikoroka iva mu kirere nk'inkuba! |
1.249768 | "Kandi n'ubu nzi yuko ibyo usabye Imana byose, Imana izabiguha." | Yamara rero n'ubu ndazi ko ico uza gusaba Imana cose ikiguha." |
1.249746 | Nuko uwo mugabo arababwira ati "mujugunye urushundura iburyo bw'ubwato." | Nya muntu yaciye ababwira ati: "Terere urusenga i buryo bw'ubwato." |
1.24973 | Menya byinshi kuri we n'icyo arimo akora muri iki gihe. | Numenye n'ibindi ku bimwerekeye be n'ico ariko arakora ubu. |
1.249722 | 44Ku isabato yakurikiyeho, hafi umugi wose urakorana kugira ngo bumve ijambo ry'Imana. | Kw'isabato ikurikira, igisagara nka cose kirakorana ngo cumve ijambo ry'Imana. |
1.249691 | Ni mu buhe buryo Yesu yatanze urugero rwiza rwo kumvira Imana mu budahemuka? | Yezu yatanze akarorero gute mu vyo kugamburukira Imana adahemuka? |
1.249677 | Imana y'urukundo ntishobora kurema ahantu nk'aho.' | Imana y'urukundo ntiyoshobora kurema ahantu nk'aho.' |
1.249638 | " Icyo gihe abakiranutsi bazarabagirana nk'izuba mu bwami bwa se." | Buno abagororotsi bazokwaka nk'izuba mu bwami bwa Se. |
1.2496 | Umunyabinyoma. - Yohana 8:44. | Umunyakinyoma. - Yohani 8:44. |
1.2496 | □ Nkeneye ko mwangeraho kugira ngo munyoborere icyigisho cya Bibiliya kiyoborerwa mu rugo ku buntu. | □ Ndabasavye mumenyeshe ibijanye n'inyigisho ya Bibiliya yo ku muhana igirwa ku buntu. |
1.249581 | Hari abagabo baje baturuka iburasirazuba. | Hari abagabo baje bava mu buseruko. |
1.249549 | Imyifatire y'ingaragu n'abapfakazi 25Ku byerekeye ingaragu n'inkumi nta tegeko rya Nyagasani mbafitiye; ahubwo ndabagira inama y'umuntu wagiriwe impuhwe na Nyagasani kandi ukwiye kwizerwa. | Ku vyerekeye abigeme, nta tegeko ry'Umukama mfise, yamara ivyo niyumvira ndabibabwira nk'umuntu akwiye kwemerwa kubera imbabazi Umukama yamugiriye. |
1.249539 | "Nta kintu kindutira abana banjye. | "Abana banje ni bo nshira imbere y'ibindi vyose. |
1.249531 | Ukuboko kwe ni kugufi. | Ukuboko kwiwe ni kugufi. |
1.249497 | "Isi" igereranya iki, kandi se ni mu buhe buryo yatabaye ubwoko bw'Imana? | "Isi" igereranya iki, kandi yatabaye gute abasavyi b'Imana? |
1.249496 | Urugero, tekereza ibyabaye ku bavandimwe bacu bo muri Koreya y'Epfo. | Nk'akarorero, raba ivyerekeye abavukanyi bacu bo muri Koreya y'Epfo. |
1.249481 | "Nzishima ari uko nshatse nkagira abana." | "Nzokwumva ko mpimbawe ninubaka urwanje nkaronka ibibondo." |
1.249455 | Akimara kubabwira ati: "Ni jyewe," basubiye inyuma bikubita hasi bagwirirana! | Arabishura ati ni jewe: bose bagwa hasi icarimwe. |
1.249448 | 37 Nzi yuko muri urubyaro rwa Aburahamu, ariko murashaka kunyica kuko mutemera ibyo mbabwira. | 37 Ndazi ko muri uruvyaro rwa Aburahamu, yamara murondera ingene mwonyica, kuko ijambo ryanje ritagira ikibanza muri mwebwe. |
1.249447 | Bashiki be na bo bose ntiduturanye?" | Bashikibe bo ntibari aha muri twebwe?" |
1.249418 | 9 Ese urifuza gushyigikira abapayiniya mu murimo wo kubwiriza? | 9 Woba wipfuza gufasha abatsimvyi mu busuku? |
1.249395 | Ndatinya ko ibyo nabakoreye naruhijwe n'ubusa. " | Muntey'ubwoba, yuko nkumbure ivyo nabakoreye, naruhiye ubusa. |
1.249391 | Igihe cyose mukinywereyeho mujye mukora mutya kugira ngo munyibuke." | Igihe cose muzokinywa murabigira munyibuka." |
1.249364 | Umuntu washatse ashobora kuvuga ati "ni umunsi nashyingiweho." | Umuntu yubatse yoshobora kuvuga ati: "Ni umusi nagiriyeko ubugeni." |
1.249357 | maze agira ubwoba, aravuga ati | araheza atangura kuganya n'ugutinya, ati: |
1.249355 | Uwo mwashakanye arakubwiye ati "ntujya unyumva." | Uwo mwubakanye akubwiye ati: "Nturiko urantega ugutwi!" |
1.24934 | Kuki Adamu umuntu wa mbere yapfuye? | Ni kubera iki umuntu wa mbere Adamu yapfuye? |
1.249331 | Baravuze bati "amategeko ntiyemera ko tubishyira mu bubiko bwera kuko ari ikiguzi cy'amaraso." | Bavuga bati: "Ntivyemewe kubitiburira mw'ishikaniro ryeranda, kuko ari ikiguzi c'amaraso." |
1.249328 | Hariho abahungu barindwi b'Umuyuda witwaga Sikewa, umwe mu batambyi bakuru, bagenzaga batyo (Ibyakozw 19:13-14). | Kandi hariho abahungu indwi b'Umuyuda yitwa Sikewa, umwe mu baherezi bakuru bagenza bartyo. |
1.249309 | 18 Imico yose twasuzumye ifitanye isano ya bugufi n'urukundo. | 18 Kamere zose twarimbuye, zirafitaniye isano n'urukundo. |
1.249222 | Ubwo mwari mukiri imbata z ibyaha ntimwatwarwaga no gukiranuka. | Aho mwari abashumba b'igicumuro ntimwaganzwa n'ubutungane. |
1.249219 | 14 Umurimo wo kubwiriza ku isi yose. | 14 Igikorwa co kwamamaza kw'isi yose. |
1.249218 | Mfite umuriro mwinshi. | Mfise umuriro mwinshi. |
1.249216 | Babonye ibitangaza nakoreye mu Misiri no mu butayu, ariko na n'ubu ntibaranyizera. | Bārabonye ibitangaro nakoreye mu Misiri no mu bugaragwa, ariko n'ubu ntibanyizeye. |
1.249213 | 8 Twifuza kweza izina ry'Imana. | 8 Twipfuza kweza izina ry'Imana. |
1.2492 | Habayeho rero umuntu woherejwe n'Imana, izina rye rikaba Yohani. | Haza umuntu atumwe n'Imana, yitwa Yohani. |
1.2492 | Umunsi w'Urubanza ni iki? | Umusi w'Urubanza ni iki? |
1.249165 | Kuki Umunsi w'Urubanza uzamara imyaka igihumbi? | Kubera iki Umusi w'urubanza uzomara imyaka 1.000? |
1.249112 | Umuntu nibwo akijya kumwanya w'ubuyobozi, ntaramara kabiri, muhise mu mwita igihone. | Umuntu agukubite rimwe, agukubite kabiri, ni agasuzuguro-Djuma Masudi |
1.249061 | Abigishwa baramubaza bati "Mwigisha, ni nde wakoze icyaha, ni uyu cyangwa ni ababyeyi be ko yavutse ari impumyi?" | Abigishwa baramubaza bati: " Mwigisha, ko yavutse ari impumyi, ni we yacumuye cabure ni abavyeyi biwe ? " |
1.249028 | kuko ingororano yanyu izaba nyinshi mu ijuru. | kuko impera yanyu izoba nini mw'ijuru." |
1.248994 | We azaguma kuba indahemuka, | We azoguma ari intahemuka, |
1.248967 | Kandi ntimuteze agahinda Umwuka Wera w'Imana wabashyiriweho kuba ikimenyetso, kugeza ku munsi wo gucungurwa. | Ntimugashavuze Mutima mweranda w'Imana yabashizeko ikimenyetso kizobaranga ku musi w'urukiza. |
1.248941 | Yesu arababwira ati "muzane ku mafi mumaze gufata." | Yezu ababwira ati: "Zana zimwe muri izo fi murovye." |
1.24894 | Ahubwo nimuvugurure imitima yanyu hamwe n'ibitekerezo byanyu, muhinduke muntu mushya waremwe uko Imana ibishaka, mu budakemwa no mu butungane nyakuri. | Igenze nk'umuntu mushasha yaremwe ku bugingo bw'Imana mu butungane no mu bweranda bw'ukuri. |
1.248867 | Mbese, Imana Yemera Amadini Yose?Inzira Iyobora ku Buzima bw'Iteka - Mbese Warayibonye? | Imana Yoba Yemera Amadini Yose?Inzira Ijana mu Buzima Budahera - Woba Warayitoye? |
1.248861 | Yavuganiye ukwizera kwe ku ishuri | Yaraburaniye ukwizera kwiwe kw'ishure |
1.248808 | U Budagi n'u Bushinwa ni byo bihugu bikurikiraho bikaba bifite 28 na 23. | Ubudagi n'Ubushinwa ni vyo bihugu bikurikira, bikaba bifise 28 na 23. |
1.248794 | 28Uwagira atya akarenga ku mategeko ya Musa, nta shiti azicwa nta mbabazi, niba byemejwe n'abagabo babiri cyangwa batatu. | 28Uwukengereye ivyagezwe vya Mose, ivyabona bibiri canke bitatu biramwicisha, ata kagongwe. |
1.248737 | Yozefu abwira bene se ati "Ndi Yozefu ! | Yozefu rero arabwira benewabo ati: "Ni jewe Yozefu. |
1.248727 | 17 Tekereza ku migisha tuzabona! | 17 Zirikana imihezagiro tuzokwironkera! |
1.248723 | Arababwira ati "Mwebwe mukunda kwigira abakiranutsi imbere y'abantu ariko Imana izi imitima yanyu, kuko icyogejwe imbere y'abantu ari ikizira mu maso y'Imana. | Na we arababarira ati: "Mwebwe mwigira intungane imbere y'abantu, yamara Imana yo irazi imitima yanyu; kuko ibishimagizwa mu maso y'abantu bitera iseseme Imana." |
1.248704 | "Ariko amaso yanyu arahirwa kuko abona, n'amatwi yanyu kuko yumva. | Mwebweho, murahirwa kuko amaso yanyu abona n'amatwi yanyu akaba yumva |
1.248677 | Igihe Imana yaremye byose - PDA | Igihe Imana Yarema Ibintu Vyose - PDA |
1.248676 | 'Murwanye [Satani] mushikamye, mufite ukwizera gukomeye.' - 1 PET 5:9. | 'Murwanye Shetani mukomeye mu kwizera.' - 1 PET. |
1.248634 | Ni ibihe bintu abamarayika bakoraga kera? | Ni ibiki abamarayika bakoze kera? |
1.248599 | 11 Gukunda ubutunzi. | 11 Gukunda amaronko. |
1.248532 | D ore rero ubutumwa twamwumvanye, ari na bwo tubasohojeho: Imana ni urumuri, kandi muri Yo ntiharangwa umwijima na busa. | Ubu nibwo butumwa twumvise bwavuye kuri we, tukabubabwira, yukw'Imana ar'umuco, kandi muri yo, ko hatagira umwiza na mukeya. |
1.248525 | 13 Jya ushyigikira abadakomeye. | 13 Nufate mu mugongo abagoyagoya. |
1.248522 | Ariko mwebwe abasigaye b'i Tuwatira, badakurikiza izo nyigisho kandi batazi ibyo ba bandi bita ubwiru (ari bwo bwiru bwa Satani!), ndabwira nti: Nta wundi mutwaro mbikoreza keretse uyu, ko mukomeza ibyo mufite mukageza aho nzazira. | UBUTUMWA BWIZA KU BASIGAYE Ariko mweho abasigaye mu b'i Tuwatira, abadafise iyo nyigisho mwese, batamenye ivyo ba bandi bita ivyo mu kuzimu vya Satani, ndababwira nti: " Nta wundi mutwaro ndabikoreza atari uwu;25ko mwumira ku co mufise mugashitsa aho nzozira. " |
1.248521 | Hashize iminsi ibiri uwo muvandimwe yaragarutse. | Haheze imisi ibiri wa muvukanyi yaragarutse. |
1.248515 | Yatubyarishije ijambo ry ukuri nk uko yabigambiriye, kugira ngo tube nk umuganura w ibiremwa byayo. | Kuko yabishatse, yaratwibarukishije ijambo ry'ukuri, kugira ngo tube nk'abambere mu biremwa vyose. |
1.248511 | Peter yaramushubije ati "ibice bimwe byanditswe mu cyarameyi." | Peter yamwishuye ati: "Igice c'ico gitabu canditswe mu giharameya." |
1.248497 | Yezu yabahaye icyo kigereranyo, ariko bo ntibamenya icyo yashakaga kubabwira. | Uwo ni wo mugani Yezu yabaciriye, ariko ntibategereye ico yashaka kubabwira. |
1.248482 | Ubwenge bwo gufata imyanzuro myiza. - Yakobo 1:5. | Ubukerebutsi bwo gufata ingingo nziza. - Yakobo 1:5. |
1.24846 | 11.kuko bene Data nabwiwe ibyanyu n'abo kwa Kilowe, yuko habonetse intonganya muri mwe. | Nkako nyene, abantu b'i Klohe barambwiye ivyanyu: ngo hari imitongano muri mwebwe. |
1.248437 | Maze abigishwa be baramubaza bati "Mwigisha, uwacumuye ni nde, ari uyu muntu, ari n'ababyeyi be, kugira ngo avuke ari impumyi?" | Abigishwa baramubaza bati: "Mwigisha, ko yavutse ari impumyi, ni we yacumuye cabure ni abavyeyi biwe?" |
1.248426 | Yozefu na Mariya batangajwe no kumva ayo magambo. | Yozefu na Mariya baratangara bumvise ayo majambo. |
1.248406 | 18.Ijambo ry'umusaraba ku barimbuka ni ubupfu, ariko kuri twebwe abakizwa ni imbaraga z'Imana, | Okuburira okwomusharaba, nokwaabo abatari bashema kwihaho nokwitu abajunwa, kandi namaani ga Ruhanga. |
1.248378 | Izagusha imvura ryari?" | None azogwisha imvura ryari?' |
1.248365 | Abrahamu aramusubiza ati: 'mwana wanjye, ibuka ko wakize cyane ukiri ku isi, naho Lazaro akahagirira ibyago. | Aburahamu arabimusigurira avuga ati:" Mwana, ibuka ko waronse itunga ukiri kw'isi, Lazaro nawe akaronka amagorwa. |
1.248355 | Byagenze bite ngo umumarayika ahinduke umwanzi w'Imana? | Umumarayika yacitse gute umwansi w'Imana? |
1.248309 | Ibibazo: Daniyeli yakoraga iki incuro eshatu ku munsi? | Ibibazo: Ni igiki Daniyeli yama akora gatatu ku musi? |
1.248296 | Inshuti yanjye yavuze ko izagaruka vuba cyane. | Umugenzi wanje yavuze yukw azogaruka vuba cane. |
1.24827 | 3 Ni ko kaje kwitwa Umurimo Wacu w'Ubwami. | 3 Ubu kitwa Igikorwa dukorera Ubwami. |
1.248245 | buvuga iby Umwana wayo wavutse mu rubyaro rwa Dawidi ku mubiri, | Iyo Nkuru Nziza yerekeye Umwana wayo, Yezu Kristu Umwami wacu, wabayeho ku bw'umubiri ari mwene Dawudi, ariko izuka rye ava mu bapfuye rikagaragaza ko ari Umwana w'Imana, mu bubasha bwose ku bwa Roho Mutagatifu. |
1.248238 | "Abagaragaye ko bakwiriye . . . kuzurwa mu bapfuye." | "Ababonywe ko babereye . . . kuzuka mu bapfuye." |
1.248234 | Jyewe nateye imbuto, Apolo arayuhira, ariko Imana yonyine ni yo yayikujije. | Jewe nabivye imbuto, Apolo arazivomera; ariko Imana ni yo yazimejeje. |
1.24823 | Baramusubiza bati "Uraduhe kuzicarana nawe, umwe iburyo, undi ibumoso mu ikuzo ryawe." | Baramwishura bati: " Uradutera iteka twicare umwe iburyo, uwundi ibubamfu bwawe, mu buninahazwa bwawe." |
1.248216 | "Ababyeyi bange banze ko ntunga terefoni. | "Abavyeyi banje baranyankiye gutunga telefone. |
1.248194 | Imiyaga wayigize intumwa zawe, | Imiyaga ayigira irtumwa ziwe, |
1.248168 | Ese kuvuga abandi ni ko buri gihe biba ari bibi? | None ukuvuga abandi vyoba imisi yose ari bibi? |
1.248168 | Ese ukomeza gutegereza wihanganye? - Yakobo 5:8 _ Igazeti yo kwigwa | Woba uzorindira wihanganye? - Yakobo 5:8 _ Kwiga |
1.248158 | Mu izuka, ntibarongora kandi ntibashyingirwa, ahubwo bamera n'abamarayika bo mu ijuru." | Kuko igihe bazuka mu bapfuye, abagabo ntibarongora canke abagore ngo bashingirwe, mugabo baba bameze nk'abamarayika bo mw'ijuru. |
1.248141 | Kuba Imana itaremereye Mose kwinjira mu Gihugu k'Isezerano bitwigisha iki? | Twigira iki ku kuba Imana itakundiye Musa kwinjira muri ca Gihugu c'isezerano? |
1.248123 | Nuko Yesu arangiza avuga ati "Ubwo bibaye bityo, Imana yo ntizarengera intore zayo ziyitakira amanywa n'ijoro? | Yezu ati: "Imana se ni Yo yarangarana intore zayo, ntizierengere kandi ziyitakambira amanywa n'ijoro?" |
1.248102 | Muzatwubakire Inzu y'Ubwami nziza!" | Muze mutwubakire Ingoro y'Ubwami nziza!" |
1.248086 | "Dore ihema ry'Imana riri hamwe n'abantu, | Emwe, "ihema ry'Imana [rizoba] riri kumwe n'abantu"! |
Kinyarwanda-Rundi_Sentence-Pairs Dataset
This dataset contains sentence pairs for African languages along with similarity scores. It can be used for machine translation, sentence alignment, or other natural language processing tasks.
This dataset is based on the NLLBv1 dataset, published on OPUS under an open-source initiative led by META. You can find more information here: OPUS - NLLB-v1
Metadata
- File Name: Kinyarwanda-Rundi_Sentence-Pairs
- Number of Rows: 482379
- Number of Columns: 3
- Columns: score, Kinyarwanda, Rundi
Dataset Description
The dataset contains sentence pairs in African languages with an associated similarity score. Each row consists of three columns:
score: The similarity score between the two sentences (range from 0 to 1).Kinyarwanda: The first sentence in the pair (language 1).Rundi: The second sentence in the pair (language 2).
This dataset is intended for use in training and evaluating machine learning models for tasks like translation, sentence similarity, and cross-lingual transfer learning.
References
Below are papers related to how the data was collected and used in various multilingual and cross-lingual applications:
[1] Holger Schwenk and Matthijs Douze, Learning Joint Multilingual Sentence Representations with Neural Machine Translation, ACL workshop on Representation Learning for NLP, 2017
[2] Holger Schwenk and Xian Li, A Corpus for Multilingual Document Classification in Eight Languages, LREC, pages 3548-3551, 2018.
[3] Holger Schwenk, Filtering and Mining Parallel Data in a Joint Multilingual Space ACL, July 2018
[4] Alexis Conneau, Guillaume Lample, Ruty Rinott, Adina Williams, Samuel R. Bowman, Holger Schwenk and Veselin Stoyanov, XNLI: Cross-lingual Sentence Understanding through Inference, EMNLP, 2018.
[5] Mikel Artetxe and Holger Schwenk, Margin-based Parallel Corpus Mining with Multilingual Sentence Embeddings arXiv, Nov 3 2018.
[6] Mikel Artetxe and Holger Schwenk, Massively Multilingual Sentence Embeddings for Zero-Shot Cross-Lingual Transfer and Beyond arXiv, Dec 26 2018.
[7] Holger Schwenk, Vishrav Chaudhary, Shuo Sun, Hongyu Gong and Paco Guzman, WikiMatrix: Mining 135M Parallel Sentences in 1620 Language Pairs from Wikipedia arXiv, July 11 2019.
[8] Holger Schwenk, Guillaume Wenzek, Sergey Edunov, Edouard Grave and Armand Joulin CCMatrix: Mining Billions of High-Quality Parallel Sentences on the WEB
[9] Paul-Ambroise Duquenne, Hongyu Gong, Holger Schwenk, Multimodal and Multilingual Embeddings for Large-Scale Speech Mining, NeurIPS 2021, pages 15748-15761.
[10] Kevin Heffernan, Onur Celebi, and Holger Schwenk, Bitext Mining Using Distilled Sentence Representations for Low-Resource Languages
- Downloads last month
- 11