score float32 1.04 1.25 | Rundi stringlengths 10 496 | Tigrinya stringlengths 9 461 |
|---|---|---|
1.249958 | Imana yaratoye Abisirayeli ngo babe ivyabona vyayo. | ኣምላኽ ንእስራኤላውያን መሰኻኽሩ ኪዀኑ መረጾም። |
1.249658 | Aratuma twunga ubumwe n'abo dusangiye ukwemera. | ምስ ኣመንቲ ዝዀኑ ብጾትና ሓድነት ይህልወና። |
1.249539 | Ni yaba itabereye, amahoro yanyu azobagarukako. | እንተ ዘየልዩ ግና ሰላምኩም ናባኻትኩም ክምለስ እዩ። |
1.249493 | Ni nde mutanzi w'ingabirano iruta izindi zose kw'isi no mw'ijuru? | ኣብ ዩኒቨርስ እቲ ዝለዓለ ወሃብ ውህበት መን እዩ፧ |
1.248769 | 13 Turatabarwa ku gihe nyaco. | 13 ብግዜኡ ረድኤት ምርካብ። |
1.247926 | Nk'akarorero, iravuga ukuboko incuro amajana n'amajana. | ንኣብነት፡ ኢድ ኣማእታት ግዜ ተጠቒሱ ኣሎ። |
1.247623 | Muragume murindiriye ico Data yabasezeraniye.' | ነቲ ኣቦ ዘተስፈዎ ተጸበዩ' በሎም። |
1.247524 | Itegeko ry'Imana ryavuga yuko abahanuzi b'ibinyoma be n'abasenga ibigirwamana bari bakwiye kwicwa. | ሕጊ ኣምላኽ እቶም ናይ ሓሶት ነብያትን ኣምለኽቲ ጣኦትን ኪቕተሉ ይእዝዝ ነይሩ እዩ። |
1.246076 | Ariko Salomo yari yararongoye abagore benshi batari Abisirayelikazi, kandi basenga ibigirwamana. | ሰሎሞን ግና ካብ ካልኦት ሃገራት ብዙሓት ኣንስቲ ተመርዓወ። |
1.245962 | Vyongeye, turazi ko Daniyeli yagumye yiyegereza Imana mw'isengesho. | ብዘይካዚ፡ ዳንኤል ኣዘውቲሩ ናብ ኣምላኽ ይጽሊ ምንባሩ እውን ንፈልጥ ኢና። |
1.245946 | Ryari ryo rya mbere ntahura inyiyumvo z'umukobwa wanje. | ከመይሲ፡ ንፈለማ እዋን ንስምዒት ጓለይ ክርድኦ ኽኢለ እየ። |
1.245696 | Kuko atangaye, n'abari kumwe nawe, babonye ifi barovye. | እዚ ኸአ ንሱን ኩሎም እቶም ምስኡ ዝነበሩን በቲ ኺገፉ ኸለዉ ዝኃዝዎ ዓሣ ስለ ዝተገረሙ እዩ። |
1.245107 | Azoba umuntu ahambaye kandi azokwitwa Umwana wa Rudasumbwa. | ንሱ ዓብዪ ኪኸውን፡ ወዲ እቲ ልዑል እውን ኪብሃል እዩ፣ . |
1.245016 | IKIGABANE CA 4 Kubera iki twokwubaha ubukuru? | ምዕራፍ 4 ንስልጣን ከነኽብር ዘሎና ስለምንታይ ኢና፧ |
1.245013 | Nta na kimwe nari nzi ku bijanye n'Imana y'ukuri. | ብዛዕባ እቲ ናይ ሓቂ ኣምላኽ ዋላ ሓንቲ ኣይፈልጥን እየ ነይረ። |
1.244136 | Iyo Adamu ahitamwo kugamburukira Imana, yari kwiberaho ibihe bidahera mw'iparadizo. | ኣዳም ንኣምላኽ ኪእዘዝ እንተ ዚመርጽ፡ ኣብ ገነት ንዘለኣለም ኪነብር ምኸኣለ ነይሩ። |
1.243985 | Ababi na bo bazoja mu muriro udahera." | እዚኣቶም ከኣ ኣብ ሲኦል ኣብ ገሃነም እሳት ክድርበዩ እዮም። |
1.24373 | "igiti co kumenya iciza n'ikibi." | ኦም ፍልጠት ጽቡቕን ክፉእን። |
1.243669 | Rimbura ivyashikiye Yozefu, Musa na Dawidi. | ብዛዕባ ዮሴፍን ሙሴን ዳዊትን እስከ ሕሰብ። |
1.243632 | Mu myaka nka cumi iheze, ntiyiyumvamwo na gato igikorwa co kwamamaza. | ይኹን እምበር፡ ቅድሚ ዓሰርተ ዓመት ኣቢሉ፡ ዕዮ ስብከት ኣይፍተዋን እዩ ነይሩ። |
1.242998 | 19:21) Naho uwo musore atagaragaje ukwizera nk'ukwo kwa Aburahamu, hariho abandi bagaragaje ko bizera Imana baherejeko. | 19:21) እቲ ሰብኣይ ከም ናይ ኣብርሃም ዝዓይነታ እምነት እኳ እንተ ዘይነበረቶ፡ ካልኦት ሰባት ግና ምሉእ ብምሉእ ብኣምላኽ ከም ዚእመኑ ኣርእዮም እዮም። |
1.24295 | 3 Abagabo n'abagore batinya Imana, bari bazi ico bategerezwa gukora. | 3 ፍርሃት ኣምላኽ ዘለዎም ሰብኡትን ኣንስትን እንታይ ኪገብሩ ኸም ዘለዎም ፈለጡ። |
1.242884 | None ivyo si vyo dukwiye kwitega ku gitabu kiva ku Mana? | ካብቲ ኣምላኽ ዚህበና መጽሓፍ ከምዚ ደይኰንናን እንጽበ፧ |
1.242856 | Imana izi ibintu vyose. | ኣምላኽ ግና ንዅሉ ነገራት ይፈልጦ እዩ። |
1.242766 | Ariko mubanze mwitwararike ubwami bw'Imana no kugororoka kwayo niho ivyo vyose muzovyongerwa. | ስለዚ፡ ቅድም መንግስቲ ኣምላኽን ጽድቁን ብቐጻሊ ድለዩ፣ እዚ ዅሉ ድማ ይውሰኸልኩም። |
1.242591 | Murame mugavye rero, kuko mutazi umunsi Umukama wanyu azozirako. | እምበኣርከስ ጐይታኹም በየነይቲ መዓልቲ ከምዝመጽእ ኣይትፈልጡን ኢኹም እሞ ንቅሑ! |
1.241828 | Ivyo vyoshobora guca bitwibutsa akarorero ka Aburahamu n'aka Loti. | እዛ ቓል እዚኣ ነቲ ኣብርሃምን ሎጥን ዝሓደግዎ ኣብነት ተዘኻኽረና ትኸውን። |
1.241711 | Yezu yavuze ati: "Aho itunga ryawe riri, ni ho n'umutima wawe uzoba." | የሱስ፡ "መዝገብካ ኣብ ዘለዎ፡ ኣብኡ ድማ ልብኻ ኣሎ" በለ። |
1.240989 | Yehova yaramfashije mu buryo budasanzwe kuva muri Nzero 1957. | የሆዋ ኻብ ጥሪ 1957 ኣትሒዙ ብፍሉይ መገዲ ሓጊዙኒ እዩ። |
1.240659 | Ntidushobora kwiyegereza Imana mw'isengesho tutagira ukwizera. | ብዘይ እምነት ንኣምላኽ ብጸሎት ክንቀርቦ ኣይንኽእልን ኢና። |
1.240615 | Vyongeye, igihe ukeneye ko Imana igufasha, nusenge ku bijanye n'ico kintu. | ሓገዝ ኣብ ዜድልየካ እዋን ከኣ፡ ብዛዕባ እቲ ጕዳይ ናብ ኣምላኽ ጸሊ። |
1.240601 | Imisozi irashonga nk'ibishashara, | ኣኽራን ከም ደዓውል፡ ኰረቢት ከም ዕያውቲ ተሰራሰሩ። |
1.239875 | Uwo muhango hamwe n'iyindi isa n'uwo ni ikimenyamenya c'uko abasavyi b'Imana uko bagize umugwi bazokwiberaho ata nkomanzi. | እዝን ካልእ ተመሳሳሊ መብጽዓታትን፡ ህዝቢ ኣምላኽ ብደረጃ ጕጅለ ንዚህልዎም ድሕንነት ዜረጋግጽ እዩ። |
1.239549 | Nta gukeka ko na wewe ari ko ubibona. | ንዓኻ እውን ከምኡ ኸም ዚስምዓካ ኣየጠራጥርን እዩ። |
1.23945 | Umukama yavuze ati: "Ndabahaye itegeko rishasha: nk'uko nabakunze, nimukundane namwe." | ኣስዕብ ኣቢሉ ኸኣ፡ "ንሓድሕድኩም ክትፋቐሩ፡ ከምቲ ኣነ ዘፍቀርኩኹም፡ ንስኻትኩም እውን ንሓድሕድኩም ክትፋቐሩ፡ ሓድሽ ትእዛዝ እህበኩም ኣለኹ። |
1.239324 | "Hari haciye imyaka tuzinanye na Mike. | "ንማይክ ንዓመታት ዚኣክል እየ ዝፈልጦ። |
1.239071 | Nta gukeka ko nawe ari ko wiyumva. | ንዓኻ እውን ከምኡ ኸም ዚስምዓካ ኣየጠራጥርን እዩ። |
1.238987 | Abwira abigishwa biwe ati: "Na mwebwe nyene, mugume mwiteguye, kubera ko Umwana w'umuntu azoza kw'isaha mutiyumvira." | ንደቀ መዛሙርቱ፡ "ንስኻትኩም እውን፡ ወዲ ሰብ ብዘይሓሰብኩምዋ ሰዓት ኪመጽእ እዩ እሞ፡ ድሉዋት ኩኑ" በሎም። |
1.23892 | Woba uvyibuka? - Kigarama 2014 _ Kwiga | ትዝክሮዶ፧ - ታሕሳስ 2014 _ መጽናዕቲ |
1.238447 | Wa "Mucamanza w'isi yose" yama akora ibigororotse | "እቲ ፈራድ ኵላ ምድሪ" ወትሩ ቕኑዕ ዘበለ ይገብር |
1.238163 | Ni nde ashikiriza ubutumwa bubiri buhambaye buvuye mw'ijuru? | መን እዩ ኻብ ሰማይ ክልተ ኣገዳሲ መልእኽቲ ዘምጽአ፧ |
1.238019 | Ariko rero, bemera ko mu madini yose hariho abantu b'inziraburyarya be n'uko Imana ibabona kandi ikemera ko ari abasavyi bayo bo kw'isi. | ይኹን እምበር፡ እዞም ሰባት እዚኦም፡ ኣምላኽ ዚርእዮምን ከም ኣምለኽቱ ገይሩ ዚቕበሎምን ቅኑዓት ሰባት ኣብ ኵለን ሃይማኖታት ከም ዘለዉ ይኣምኑ እዮም። |
1.237841 | 8 Mu busuku turangura. | 8 ኣብ ኣገልግሎትና። |
1.237752 | Narazirikanye no ku muryango wacu. | ብዛዕባ ስድራ ቤተይ እውን ሓሰብኩ። |
1.237656 | Si abatayumviye? 19Kandi tubona ko batashoboye kubushikamwo, kuko batizeye. | 19ብሰንኪ ዘይምእማኖም ክኣትዉ ኸም ዘይከኣሉውን ንርኢ ኣለና። |
1.237555 | Wisunze uwo murongo, Imana yoba ibibona igihe abasavyi bayo baba bariko baramererwa nabi? | ብመሰረት እዛ ጥቕሲ እዚኣ፡ ኣምላኽ፡ ህዝቡ ኺሳቐዩ ኸለዉ የስተብህለሉ ድዩ፧ |
1.237528 | Birampimbara kumara umusi wose mu busuku ndi kumwe n'umukenyezi wanje." | ምስ ሰበይተይ ምሉእ መዓልቲ ኣብ ኣገልግሎት ከሕልፎ ኸለኹ፡ ብሓቂ ዜሐጕስ እዩ" በለ። |
1.237505 | Yaciye arindira yihanganye yuko Imana igira ico ikoze. | ድሕርዚ፡ ብትዕግስቲ ኺጽበ ጀመረ። |
1.237404 | bizokurinda gute gutinya abantu? | ካብ ፍርሂ ሰብ ዜዕቝበካ ብኸመይ እዩ፧ |
1.237223 | Ibintu vyose vyari bitandukanye cane n'ivyo twari tumenyereye muri Amerika ya Ruguru. | ኵሉ ነገር ካብቲ ኣብ ሰሜን ኣመሪካ ዝለመድናዮ እተፈልየ እዩ ነይሩ። |
1.237015 | Intumwa Paulo na we yavuze ko hazozuka "abagororotsi n'abatari abagororotsi." | ሃዋርያ ጳውሎስ፡ "ንጻድቃንን ንሓጥኣንን ትንሳኤ ኪኸውን" ምዃኑ ተዛረበ። |
1.236642 | 26 Yozefu ategerezwa kuba yarazirikanye ayo majambo incuro n'izindi. | 26 ዮሴፍ ነዘን ቃላት እዚአን ብዙሕ ሳዕ ሓሲቡለን ኪኸውን ኣለዎ። |
1.236604 | 2 Hariho ico Abeli akubwira muri iki gihe. | 2 ኣቤል ሎሚ ይዛረበካ ኣሎ። |
1.236343 | 10 Kurindira si ikintu coroshe. | 10 ምጽባይ ቀሊል ኣይኰነን። |
1.236226 | 16 Ukuntu Mariya yumviriza. | 16 ማርያም ብኸመይ ከም ዝሰምዐት። |
1.236043 | Abazoja mw'ijuru si bo bonyene bahabwa impera. | ይኹን እምበር፡ እቶም ናብ ሰማይ ዚኸዱ ጥራይ ኣይኰኑን ዓስቦም ዚረኽቡ። |
1.235953 | 15Arababarira ati:" "Mugende muje mu bihugu vyose, mubwire abaremwe bose ubutumwa bwiza. | 15 ከምዚ ድማ በሎም፦ "ናብ ኵላ ዓለም ኪዱ፡ ንዅሉ ፍጥረት ከኣ ብስራት ስበኹሉ። |
1.235815 | Amaso yabo ni wewe." | ኣዒንቶም ንስኻ ኢኻ" በለት። |
1.235746 | Woba uzi ingene Imana ituyagira? | ኣምላኽ ብኸመይ ከም ዚዛረበና ትፈልጥዶ፧ |
1.23563 | Arabandanya ati: 'Azoba mukuru, kandi azokwitwa Umwana w'Imana Isumba Vyose. | ንሱ ዓብዪ ኪኸውን፡ ወዲ እቲ ልዑል እውን ኪብሃል እዩ፣ . |
1.235506 | Ni ibiki dukwiye kwibuka ku bijanye na bamwe 144.000? | ብዛዕባ እቶም 144,000 እንታይ ክንዝክር ይግባእ፧ |
1.235464 | "So wo mw'ijuru arazigaburira. | 'ሰማያዊ ኣቦኹም እዩ ዚምግበን። |
1.234948 | 14 "Abantu barashoboye gutorera umuti ingorane zabo." | 14 "ደቂ ሰብ ባዕሎም ጸገማቶም ኪፈትሑ ይኽእሉ እዮም። |
1.234891 | Yezu yavuze ati: "Uwihanganye gushika kw'iherezo ni we azokizwa." | የሱስ፡ "እቲ ኽሳዕ መወዳእታ ዚጻወር ግና ኪድሕን እዩ" በለ። |
1.234763 | ku baca buku, | ካብ መጽሓፈ-መጻሕፍቲ |
1.234551 | LANA ntazokwigera yibagira ivyamushikiye umusi umwe ari mu Budagi, mu ci ryo mu 2012. | ላና ነቲ ብ2012 ሓደ መዓልቲ ኣብ ጀርመን ዘጋጠማ ነገር ፈጺማ ኣይትርስዖን እያ። |
1.234302 | Twokwerekana gute ko duhanga amaso Imana kugira ituyobore? | ካብ ኣምላኽ መምርሒ ኽንረክብ ከም እንደሊ ብኸመይ ከነርኢ ንኽእል፧ |
1.233851 | Ico canditswe kivuga giti: "Imana ubwayo izobana na bo. | እታ ጥቕሲ ኸምዚ ዝስዕብ እያ እትብል፦ "ኣምላኽ ባዕሉ እውን ምሳታቶም ኪኸውን እዩ። |
1.233639 | Uwo muhanuzi ni we yobaye rwa "ruvyaro" rwasezeranywe. | እቲ ነብዪ እቲ ኸኣ፡ እቲ መብጽዓ እተኣትወሉ "ዘርኢ" እዩ። |
1.233576 | Muri ubwo buryo nyene Imana yaratunganije ivy'uko hatangwa imburi imbere y'uko iherezo rishika. | ኣምላኽ እውን መወዳእታ ቕድሚ ምምጻኡ ኣቐዲሙ መጠንቀቕታ ኺውሃብ መሰናድዎ ገይሩ እዩ። |
1.233552 | Nimba umuntu yipfuza gukora ukugomba kw'Uyo, azomenya ivyerekeye iyo nyigisho, ko iva ku Mana canke ko mvuga ivyo nibwiye." | ፍቓዱ ኺገብር ዚደሊ እንተሎ፡ ንሱ ብዛዕባ ትምህርተይ ካብ ኣምላኽ እንተ ዀይኑ፡ ወይስ ካብ ርእሰይ እንተ ዀይኑ ዝዛረብ ዘሎኹ፡ ኪፈልጥ እዩ። |
1.23341 | Mu buzima bwiwe bwose no mu busuku bwiwe bwose, yamye avuga ukuri. | ኣብ ብምሉኡ ህይወቱን ኣገልግሎቱን፡ ሓቂ እዩ ዚዛረብ ነይሩ። |
1.233258 | Ababwira rero ati: "Tere urusenga ku ruhande rw'iburyo bw'ubwato, muraronka." | ንሱ ኸኣ፡ ነቲ መርበብ ናብ የማን ጃልባ ኣቢልኩም ደርብይዎ እሞ ክትረኽቡ ኢኹም፡ በሎም። |
1.233111 | Ababisha bazokorana ububisha koko+, kandi nta mubisha n'umwe azotegera+; ariko abafise ugutahura kwimbitse bazotegera+. | + እኩያት ከኣ እከይ ኪገብሩ እዮም፣ ካብቶም እኩያትሲ ሓደ እኳ ኣይኪርዳእን እዩ፣ እቶም ልቦና ዘለዎም ግና ኪርድኡ እዮም። |
1.232904 | Mu vy'ukuri none, Imana ntizotuma ubutungane bushitswa ku bw'abatowe bayo, basemerera bayitakambira umurango n'ijoro, naho yiyumanganya ku biberekeye?" | 7እግዚኣብሔር ግዳ ነቶም ለይትን መዓልትን ናብኡ ዝምህለሉ ኅሩያቱ ኣይፈርደሎምንዶ? |
1.232863 | Si abatayumviye? 19Kandi tubona ko batashoboye kubushikamwo, kuko batizeye. | 19 ብሰሪ ዘይምእማን ኪኣትዉ ኸም ዘይከኣሉ ኸኣ ንርኢ ኣለና። |
1.232848 | 17 Ese ukuntu twahezagiwe! | 17 ክሳዕ ክንደይ ኰን ኢና ተባሪኽና! |
1.232715 | "Umugabo wanje Robert yapfuye itariki 9 Mukakaro 2008. | "ብዓል ቤተይ ሮበርት ኣብ 9 ሓምለ 2008 እዩ ሞይቱ። |
1.232617 | Yinjiye akiza impumyi n'ibimuga. | ኣብኡ ኸኣ ዕዉራትን ሓንካሳትን ኣሕወየ። |
1.23259 | Nk'uko vyari biri kuri bo, abasavyi b'Imana bo muri iki gihe barahabwa impanuro bakongera bagatozwa indero. | 8 ካብ ታሪኽ እስራኤላውያን ብኸመይ ኢና ኽንጥቀም እንኽእል፧ ሎሚ ዘለዉ ህዝቢ ኣምላኽ እውን ምኽርን ተግሳጽን ይውሃቦም እዩ። |
1.23213 | Ibrahimu arishura ati: 'Mwananje, ibuka ko waronse itunga ukiri kw'isi, na we Lazaro akaronka amagorwa. | "ኣብርሃም ግና፡ 'ወደይ፡ ንስኻስ ኣብ ህይወትካ ጽቡቕ ከም ዝረኸብካ፡ ኣልኣዛር ግና ሕማቕ ከም ዝረኸበ ዘክር። |
1.231943 | 17 Nk'akarorero, rimbura ibijanye no kuvugisha ukuri. | 17 ንኣብነት፡ ብዛዕባ ቕንዕና እስከ ንሕሰብ። |
1.231875 | Ubwo nyene yaciye azura uwo muhungu wiwe. | " ብኡብኡ ኸኣ ንወዳ ኣተንስኦ። |
1.231799 | Mwese muze twungurane ubumenyi. | ፍልጠት ድማ፣ ኣብ ኩልና ኣሎ። |
1.231639 | 18 Ntidukwiye kugira ubwoba. | 18 ክንፈርህ ኣየድልየናን እዩ። |
1.231473 | Nowa yari azi ico yari akwiye gukora. | ኖህ እንታይ ኪገብር ከም ዘለዎ ይፈልጥ ነይሩ እዩ። |
1.231469 | Kandi Imana izohanagura amosozi yose ku maso yabo." | ኣምላኽ እውን ካብ ኣዒንቶም ንብዓት ዘበለ ኺደርዝ እዩ" ትብል። |
1.231277 | Aca yongerako ati: "Ndabahaye ibwirizwa rishasha: mukundane. | ኣስዕብ ኣቢሉ ኸኣ፡ "ንሓድሕድኩም ክትፋቐሩ፡ ከምቲ ኣነ ዘፍቀርኩኹም፡ ንስኻትኩም እውን ንሓድሕድኩም ክትፋቐሩ፡ ሓድሽ ትእዛዝ እህበኩም ኣለኹ። |
1.231144 | Aburahamu aragamburuka, akagenyera ab'igitsina-gabo bose bo mu rugo rwiwe | ኣብርሃም ብተኣዛዝነት ንዅሎም ቤተ ሰቡ ገዘሮም |
1.230868 | "Nimuyizigire ibihe vyose, emwe bantu!" - ZAB. | "ኣቱም ህዝቢ፡ ኵሉ ጊዜ ብእኡ ተወከሉ። |
1.230631 | Intungane na zo zizokwakaka nk'izuba mu Bwami bw'Imana Se. | ጻድቃን ግና ኣብታ መንግሥቲ ኣቦኦም ከም ፀሓይ ክበርሁ ክደምቑ እዮም ይብል። |
1.230492 | Naho Shetani afise ubushobozi, ntashobora kuguhata ngo ukore ivyo udashaka. | ሰይጣን ሓያል እኳ እንተ ዀነ፡ ዘይደለኻዮ ነገር ንኽትገብር ኬገድደካ ኣይክእልን እዩ። |
1.23009 | Buri musi abagenzi banje baraza kundaba. | ነፍሲ ወከፍ መዓልቲ፡ ፈተውተይ ኪበጽሑኒ ይመጹ እዮም። |
1.229737 | Yarakijije abarwayi, azura n'abapfuye. | ብዘይካዚ፡ ንሕሙማት ኣሕውዩን ንምዉታት ኣተንሲኡን እዩ። |
1.229702 | Ni nk'aho Shetani yavuze ko ubutegetsi bwiwe bwobaye bwiza kuruta ubw'Umuremyi. | በዚ ኸምዚ ድማ፡ ሰይጣን ኣገዛዝኣኡ ኻብ ኣገዛዝኣ ፈጣሪኡ ኸም ዚሓይሽ ገይሩ ቘጺሩ እዩ። |
1.228917 | Ababwira rero ati: "Tere urusenga ku ruhande rw'iburyo bw'ubwato, muraronka." | ንሱ ኸኣ "ነቲ መርበብ ናብ የማን ጀልባ ኣቢልኩም እሞ ደርብይዎ ክትረኽቡ ኢኹም" በሎም። |
1.228825 | Aho umurimo w'igihe cose wanshikanye | ናይ ምሉእ ግዜ ኣገልግሎት፡ ናበይ ከም ዝመርሓኒ |
1.228524 | Kubera ko Imana yamaho ibihe bidahera, kuri yo imyaka igihumbi ni nk'umusi umwe. | ኣምላኽ ዘለኣለማዊ ስለ ዝዀነ፡ ሽሕ ዓመት ንዕኡ ልክዕ ከም ሓንቲ መዓልቲ እዩ። |
1.228499 | Mugabo Imana imubwira iti: 'Wa kijuju we, iri joro barakwaka ubuzima bwawe. | ኣምላኽ ግና፡ 'ኣታ ዓሻ፡ በዛ ለይቲ እዚኣ፡ ንህይወትካ ኻባኻ ኺወስድዋ ይደልይዋ ኣለዉ። |
1.228316 | "hamwe noronka amahera menshi" | "ዝያዳ ገንዘብ እንተ ኣልዩኒ እዩ" |
Rundi-Tigrinya_Sentence-Pairs Dataset
This dataset contains sentence pairs for African languages along with similarity scores. It can be used for machine translation, sentence alignment, or other natural language processing tasks.
This dataset is based on the NLLBv1 dataset, published on OPUS under an open-source initiative led by META. You can find more information here: OPUS - NLLB-v1
Metadata
- File Name: Rundi-Tigrinya_Sentence-Pairs
- Number of Rows: 161796
- Number of Columns: 3
- Columns: score, Rundi, Tigrinya
Dataset Description
The dataset contains sentence pairs in African languages with an associated similarity score. Each row consists of three columns:
score: The similarity score between the two sentences (range from 0 to 1).Rundi: The first sentence in the pair (language 1).Tigrinya: The second sentence in the pair (language 2).
This dataset is intended for use in training and evaluating machine learning models for tasks like translation, sentence similarity, and cross-lingual transfer learning.
References
Below are papers related to how the data was collected and used in various multilingual and cross-lingual applications:
[1] Holger Schwenk and Matthijs Douze, Learning Joint Multilingual Sentence Representations with Neural Machine Translation, ACL workshop on Representation Learning for NLP, 2017
[2] Holger Schwenk and Xian Li, A Corpus for Multilingual Document Classification in Eight Languages, LREC, pages 3548-3551, 2018.
[3] Holger Schwenk, Filtering and Mining Parallel Data in a Joint Multilingual Space ACL, July 2018
[4] Alexis Conneau, Guillaume Lample, Ruty Rinott, Adina Williams, Samuel R. Bowman, Holger Schwenk and Veselin Stoyanov, XNLI: Cross-lingual Sentence Understanding through Inference, EMNLP, 2018.
[5] Mikel Artetxe and Holger Schwenk, Margin-based Parallel Corpus Mining with Multilingual Sentence Embeddings arXiv, Nov 3 2018.
[6] Mikel Artetxe and Holger Schwenk, Massively Multilingual Sentence Embeddings for Zero-Shot Cross-Lingual Transfer and Beyond arXiv, Dec 26 2018.
[7] Holger Schwenk, Vishrav Chaudhary, Shuo Sun, Hongyu Gong and Paco Guzman, WikiMatrix: Mining 135M Parallel Sentences in 1620 Language Pairs from Wikipedia arXiv, July 11 2019.
[8] Holger Schwenk, Guillaume Wenzek, Sergey Edunov, Edouard Grave and Armand Joulin CCMatrix: Mining Billions of High-Quality Parallel Sentences on the WEB
[9] Paul-Ambroise Duquenne, Hongyu Gong, Holger Schwenk, Multimodal and Multilingual Embeddings for Large-Scale Speech Mining, NeurIPS 2021, pages 15748-15761.
[10] Kevin Heffernan, Onur Celebi, and Holger Schwenk, Bitext Mining Using Distilled Sentence Representations for Low-Resource Languages
- Downloads last month
- 10